4 Mugabo abakuru b’Abafilisitiya baramushavurira, bamubwira bati: «Uwo mugabo musubize inyuma+, asubire mu gisagara wamuhaye. Ntajane natwe mu rugamba kugira ntahave aduhindukirira+. Wibaza ko hamwe yoba agomba gusubira gushimwa n’umwami wiwe, atomushira imitwe y’abasoda bacu?