1 Samweli 31:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Maze bafata amagufa yabo+, bayahamba i Yabeshi+ munsi y’igiti c’umwesheri, baraheza bamara imisi indwi bisonzesheje.
13 Maze bafata amagufa yabo+, bayahamba i Yabeshi+ munsi y’igiti c’umwesheri, baraheza bamara imisi indwi bisonzesheje.