2 Samweli 2:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Dawidi ajana kandi n’abasoda bari kumwe na we+, umwe wese ajana n’abo mu rugo rwiwe. Baja kuba i Heburoni no mu bisagara vyo mu micungararo.
3 Dawidi ajana kandi n’abasoda bari kumwe na we+, umwe wese ajana n’abo mu rugo rwiwe. Baja kuba i Heburoni no mu bisagara vyo mu micungararo.