2 Samweli 2:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Maze abo mu muryango wa Yuda baza i Heburoni barobanuza Dawidi amavuta* kugira abe umwami wabo+. Abantu babwira Dawidi bati: «Abagabo b’i Yabeshi-Gileyadi ni bo bahamvye Sawuli.»
4 Maze abo mu muryango wa Yuda baza i Heburoni barobanuza Dawidi amavuta* kugira abe umwami wabo+. Abantu babwira Dawidi bati: «Abagabo b’i Yabeshi-Gileyadi ni bo bahamvye Sawuli.»