2 Samweli 2:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Dawidi aca atuma intumwa ku bagabo b’i Yabeshi-Gileyadi ati: «Muragahezagirwa na Yehova kuko mwagiriye neza* umwami wanyu Sawuli, mukamuhamba+.
5 Dawidi aca atuma intumwa ku bagabo b’i Yabeshi-Gileyadi ati: «Muragahezagirwa na Yehova kuko mwagiriye neza* umwami wanyu Sawuli, mukamuhamba+.