2 Samweli 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mu nyuma Abuneri mwene Neri n’abantu ba Ishibosheti mwene Sawuli, bava i Mahanayimu+ baja i Gibeyoni+.
12 Mu nyuma Abuneri mwene Neri n’abantu ba Ishibosheti mwene Sawuli, bava i Mahanayimu+ baja i Gibeyoni+.