2 Samweli 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Vyakabaye kera, Abuneri abwira Yowabu ati: «Imikangara yacu nihaguruke itane mu mitwe* imbere yacu.» Yowabu aca avuga ati: «Nihaguruke.»
14 Vyakabaye kera, Abuneri abwira Yowabu ati: «Imikangara yacu nihaguruke itane mu mitwe* imbere yacu.» Yowabu aca avuga ati: «Nihaguruke.»