2 Samweli 2:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Yowabu+ na Abishayi+ na Asaheli+ ba bahungu batatu ba Zeruwiya+, ni ho bari. Asaheli mu kwiruka yanyaruka nk’ingeregere mu gahinga. 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:18 Umunara w’Inderetsi,15/5/2005, rup. 16-17
18 Yowabu+ na Abishayi+ na Asaheli+ ba bahungu batatu ba Zeruwiya+, ni ho bari. Asaheli mu kwiruka yanyaruka nk’ingeregere mu gahinga.