2 Samweli 2:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Mugabo aranka aguma amukurikira. Abuneri aca amuzibura mu nda akoresheje igice c’epfo c’icumu+, nya cumu risohokana mu mugongo, aca agwa ng’aho arapfa. Uwo wese yashika aho Asaheli yapfiriye yaca ahagarara.
23 Mugabo aranka aguma amukurikira. Abuneri aca amuzibura mu nda akoresheje igice c’epfo c’icumu+, nya cumu risohokana mu mugongo, aca agwa ng’aho arapfa. Uwo wese yashika aho Asaheli yapfiriye yaca ahagarara.