-
2 Samweli 2:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Maze Abuneri ahamagara Yowabu amubwira ati: «Mbega inkota zacu zizosesa amaraso gushika ryari? Ntubona ko bizokwega ibara? Aho ntiwobwira abasoda bawe bakareka kwoma inyuma benewabo?»
-