2 Samweli 3:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mu gihe intambara hagati y’abashigikiye umuryango wa Sawuli n’abashigikiye Dawidi yari ikibandanya, Abuneri+ we yaguma arushiriza kuba umuntu akomeye mu muryango wa Sawuli.
6 Mu gihe intambara hagati y’abashigikiye umuryango wa Sawuli n’abashigikiye Dawidi yari ikibandanya, Abuneri+ we yaguma arushiriza kuba umuntu akomeye mu muryango wa Sawuli.