-
2 Samweli 3:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Abuneri ashavuzwa cane n’amajambo ya Ishibosheti, amubwira ati: «Mbega mbaye imbwa* yo mu Buyuda? Namye ngirira neza* umuryango wa so wawe Sawuli na benewabo n’abagenzi biwe, gushika n’ubu. Nawe sinaguhemukiye ngo ndagushore kwa Dawidi. Yamara uno musi unyagirije ikosa kubera naryamanye n’umugore.
-