2 Samweli 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Dawidi amwishura ati: «Ni vyiza. Nzogirana isezerano nawe. Ariko ikintu conyene ndagusavye ni iki: ntuze urenguke imbere yanje utanzaniye Mikali+ umukobwa wa Sawuli.»
13 Dawidi amwishura ati: «Ni vyiza. Nzogirana isezerano nawe. Ariko ikintu conyene ndagusavye ni iki: ntuze urenguke imbere yanje utanzaniye Mikali+ umukobwa wa Sawuli.»