2 Samweli 3:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ariko umugabo wiwe aramukurikira, agenda aramuririra gushika i Bahurimu+. Maze Abuneri amubwira ati: «Subira inyuma!» Aca asubira inyuma.
16 Ariko umugabo wiwe aramukurikira, agenda aramuririra gushika i Bahurimu+. Maze Abuneri amubwira ati: «Subira inyuma!» Aca asubira inyuma.