2 Samweli 3:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ubu rero nimugire ico mukoze kuko Yehova yabwiye Dawidi ati: “Wewe umusavyi wanje Dawidi+, ni wewe nzokoresha ngo ntabare abantu banje b’Abisirayeli, ndabakize Abafilisitiya n’abansi babo bose.”»
18 Ubu rero nimugire ico mukoze kuko Yehova yabwiye Dawidi ati: “Wewe umusavyi wanje Dawidi+, ni wewe nzokoresha ngo ntabare abantu banje b’Abisirayeli, ndabakize Abafilisitiya n’abansi babo bose.”»