2 Samweli 3:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Abuneri aca aja kuvugana n’Ababenyamini+. Mu nyuma aja i Heburoni kubonana na Dawidi mu mwiherero, amubwira ivyo bumvikanye n’Ababenyamini bose be n’abandi Bisirayeli.
19 Abuneri aca aja kuvugana n’Ababenyamini+. Mu nyuma aja i Heburoni kubonana na Dawidi mu mwiherero, amubwira ivyo bumvikanye n’Ababenyamini bose be n’abandi Bisirayeli.