-
2 Samweli 3:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Ubwo nyene abantu ba Dawidi bazanana na Yowabu bavuye kugaba igitero. Baje basahuye ibintu vyinshi cane. Abuneri yari yamaze kuvana na Dawidi i Heburoni, yamurungitse amahoro.
-