2 Samweli 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Yowabu+ n’ingabo zose zari kumwe na we bashitse, Yowabu amenya ko Abuneri+ mwene Neri+ yaje kuraba umwami, na we akamurungika amahoro.
23 Yowabu+ n’ingabo zose zari kumwe na we bashitse, Yowabu amenya ko Abuneri+ mwene Neri+ yaje kuraba umwami, na we akamurungika amahoro.