2 Samweli 3:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Uyu musi numva ncitse intege naho narobanuwe* ngo mbe umwami+, kandi aba bagabo, aba bahungu ba Zeruwiya+, barakaze cane+. Yehova ahe inkozi y’ikibi igihano gikwiranye n’ikibi ikora+.»
39 Uyu musi numva ncitse intege naho narobanuwe* ngo mbe umwami+, kandi aba bagabo, aba bahungu ba Zeruwiya+, barakaze cane+. Yehova ahe inkozi y’ikibi igihano gikwiranye n’ikibi ikora+.»