2 Samweli 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Rekabu na mwenewabo Bayana+ binjira mu nzu nk’abagiye kurondera ingano hanyuma bamuzibura mu nda, baca barahunga.
6 Rekabu na mwenewabo Bayana+ binjira mu nzu nk’abagiye kurondera ingano hanyuma bamuzibura mu nda, baca barahunga.