2 Samweli 4:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 igihe umuntu umwe yamenyesha ko Sawuli yapfuye+ yibaza ko anzaniye agakuru keza, naciye ndamufata ndamwicira+ i Sikulagi. Iyo ni yo mpembo namuhaye.
10 igihe umuntu umwe yamenyesha ko Sawuli yapfuye+ yibaza ko anzaniye agakuru keza, naciye ndamufata ndamwicira+ i Sikulagi. Iyo ni yo mpembo namuhaye.