2 Samweli 6:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Maze Dawidi n’abantu bose bari kumwe na we baja i Bayale-Yuda gutorayo isandugu y’Imana y’ukuri+. Imbere y’iyo sandugu ni ho abantu bambariza izina rya Yehova Nyeningabo+, umwe yicaye ku ntebe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+.
2 Maze Dawidi n’abantu bose bari kumwe na we baja i Bayale-Yuda gutorayo isandugu y’Imana y’ukuri+. Imbere y’iyo sandugu ni ho abantu bambariza izina rya Yehova Nyeningabo+, umwe yicaye ku ntebe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+.