2 Samweli 6:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ariko bashira iyo sandugu y’Imana y’ukuri ku mukogote mushasha+ kugira bayitware bayikuye mu nzu ya Abinadabu+ yari ku gasozi. Uza na Ahiyo bene Abinadabu, ni bo bari bayoboye uwo mukogote mushasha.
3 Ariko bashira iyo sandugu y’Imana y’ukuri ku mukogote mushasha+ kugira bayitware bayikuye mu nzu ya Abinadabu+ yari ku gasozi. Uza na Ahiyo bene Abinadabu, ni bo bari bayoboye uwo mukogote mushasha.