2 Samweli 6:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ariko bashitse ku mbuga yo mu murima* ya Nakoni, inka zihakwa gutembagaza iyo sandugu y’Imana y’ukuri. Uza aca atuma ukuboko arayifata+. 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:6 Umunara w’Inderetsi,15/5/2005, rup. 17
6 Ariko bashitse ku mbuga yo mu murima* ya Nakoni, inka zihakwa gutembagaza iyo sandugu y’Imana y’ukuri. Uza aca atuma ukuboko arayifata+.