2 Samweli 6:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mugabo isandugu ya Yehova ishitse mu gisagara ca Dawidi, Mikali+ umukobwa wa Sawuli araba hasi ari mw’idirisha. Maze abona umwami Dawidi ariko arasimbasimba yongera atamba azunguruka imbere ya Yehova. Aca atangura kumugayira mu mutima+.
16 Mugabo isandugu ya Yehova ishitse mu gisagara ca Dawidi, Mikali+ umukobwa wa Sawuli araba hasi ari mw’idirisha. Maze abona umwami Dawidi ariko arasimbasimba yongera atamba azunguruka imbere ya Yehova. Aca atangura kumugayira mu mutima+.