2 Samweli 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Bazana rero ya sandugu ya Yehova, bayishira mu kibanza cayo mw’ihema Dawidi yari yayiteguriye+. Dawidi aca ashikanira imbere ya Yehova amashikanwa aturirwa+ n’ibimazi vyo gusangira+.
17 Bazana rero ya sandugu ya Yehova, bayishira mu kibanza cayo mw’ihema Dawidi yari yayiteguriye+. Dawidi aca ashikanira imbere ya Yehova amashikanwa aturirwa+ n’ibimazi vyo gusangira+.