19 Vyongeye abantu bose, ni ukuvuga isinzi ryose ry’Abisirayeli, baba abagabo canke abagore, umwe wese amuha umukate w’umuzingi n’akantu ko kurya gakozwe mu vyamwa vy’itende n’agakozwe mu nzabibu zumye. Hanyuma abantu bose baragenda, umwe wese asubira iwe.