-
2 Samweli 6:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Dawidi asubiye iwe guhezagira abo mu rugo rwiwe, Mikali+ umukobwa wa Sawuli asohoka kumusanganira. Amubwira ati: «Ntiworaba ingene umwami wa Isirayeli yihesheje icubahiro uyu musi! Yikuyeko agashambara mu maso y’abasukukazi b’abantu biwe, kurya umuntu adafise ubwenge yikurako agahuzu imbere y’abantu*+.»
-