2 Samweli 7:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 abwira umuhanuzi Natani+ ati: «Jewe mba mu nzu y’amasederi+, ariko isandugu y’Imana y’ukuri ikaba mw’ihema+.»
2 abwira umuhanuzi Natani+ ati: «Jewe mba mu nzu y’amasederi+, ariko isandugu y’Imana y’ukuri ikaba mw’ihema+.»