2 Samweli 7:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Umwami Dawidi aca aja kwicara hasi imbere ya Yehova, maze avuga ati: «Mbega ndi nde ga Mukama Segaba Yehova? Kubera iki uguma unkorera ibi vyiza vyose kandi umuryango wanje ata co uvuze+?
18 Umwami Dawidi aca aja kwicara hasi imbere ya Yehova, maze avuga ati: «Mbega ndi nde ga Mukama Segaba Yehova? Kubera iki uguma unkorera ibi vyiza vyose kandi umuryango wanje ata co uvuze+?