2 Samweli 8:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Dawidi atsinda na Hadadezeri mwene Rehobu, akaba n’umwami w’i Zoba+. Ico gihe Hadadezeri yari agiye kugaruza akarere gaherereye ku ruzi Efurate+.
3 Dawidi atsinda na Hadadezeri mwene Rehobu, akaba n’umwami w’i Zoba+. Ico gihe Hadadezeri yari agiye kugaruza akarere gaherereye ku ruzi Efurate+.