2 Samweli 8:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Dawidi amutwara abarwanira ku mafarasi 1.700 n’abarwanira hasi 20.000. Amafarasi yose akwega imikogote ayavuna amaguru*, asigaza 100 gusa+.
4 Dawidi amutwara abarwanira ku mafarasi 1.700 n’abarwanira hasi 20.000. Amafarasi yose akwega imikogote ayavuna amaguru*, asigaza 100 gusa+.