-
2 Samweli 8:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Toyi aca arungika umuhungu wiwe Yoramu kuramutsa umwami Dawidi no kumukeza kubera yarwanije Hadadezeri akamutsinda (kuko Hadadezeri yakunda kurwana na Toyi). Yoramu yaje azanye ibintu bikozwe mw’ifeza, mu nzahabu no mu mujumpu.
-