2 Samweli 8:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 ni ukuvuga Abasiriya, Abanyamowabu+, Abamoni, Abafilisitiya+ n’Abamaleki+. Ni ko yagize no ku vyo yasahuye Hadadezeri+ mwene Rehobu, wa mwami w’i Zoba.
12 ni ukuvuga Abasiriya, Abanyamowabu+, Abamoni, Abafilisitiya+ n’Abamaleki+. Ni ko yagize no ku vyo yasahuye Hadadezeri+ mwene Rehobu, wa mwami w’i Zoba.