2 Samweli 9:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Hari umusuku yitwa Ziba+ yakorera umuryango wa Sawuli. Bamuzana ku mwami Dawidi, maze amubaza ati: «Ni wewe Ziba?» Na we ati: «Ni jewe, databuja.»
2 Hari umusuku yitwa Ziba+ yakorera umuryango wa Sawuli. Bamuzana ku mwami Dawidi, maze amubaza ati: «Ni wewe Ziba?» Na we ati: «Ni jewe, databuja.»