2 Samweli 9:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Umwami yongera kumubaza ati: «Hari uwoba agisigaye mu muryango wa Sawuli ngo ndamwereke urukundo rudahera* nk’urw’Imana?» Ziba amwishura ati: «Haracariho umuhungu wa Yonatani amugaye ibirenge*+.»
3 Umwami yongera kumubaza ati: «Hari uwoba agisigaye mu muryango wa Sawuli ngo ndamwereke urukundo rudahera* nk’urw’Imana?» Ziba amwishura ati: «Haracariho umuhungu wa Yonatani amugaye ibirenge*+.»