2 Samweli 9:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Dawidi aca amubwira ati: «Ntutinye kuko ntazobura kukugirira neza*+ kubera so wawe Yonatani. Nzogusubiza n’amatongo yose ya sogokuru wawe Sawuli, kandi uzokwama ufungurira* ku meza yanje+.» 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:7 Umunara w’Inderetsi,1/6/2002, rup. 16
7 Dawidi aca amubwira ati: «Ntutinye kuko ntazobura kukugirira neza*+ kubera so wawe Yonatani. Nzogusubiza n’amatongo yose ya sogokuru wawe Sawuli, kandi uzokwama ufungurira* ku meza yanje+.»