2 Samweli 9:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mefibosheti asubira kwunama avuga ati: «Mbaye nde ga databuja ngo unyitwararike* kandi ndi imbwa ipfuye+?»
8 Mefibosheti asubira kwunama avuga ati: «Mbaye nde ga databuja ngo unyitwararike* kandi ndi imbwa ipfuye+?»