10 Wewe n’abahungu bawe n’abasuku bawe muzorimira umwuzukuru wa shobuja mwongere muzane ivyo mwimbuye kugira abo mu muryango wiwe baronke ivyo bafungura. Mefibosheti umwuzukuru wa shobuja wewe, azokwama afungurira ku meza yanje+.»
Ziba yari afise abahungu 15 n’abasuku 20+.