2 Samweli 9:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ziba yishura umwami ati: «Mwami, jewe umusuku wawe nzokora ivyo untegetse vyose.» Mefibosheti atangura kuza arafungurira ku meza ya Dawidi* nk’umwana w’umwami.
11 Ziba yishura umwami ati: «Mwami, jewe umusuku wawe nzokora ivyo untegetse vyose.» Mefibosheti atangura kuza arafungurira ku meza ya Dawidi* nk’umwana w’umwami.