2 Samweli 10:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 abakuru b’Abamoni babwira umwami wabo Hanuni bati: «Wibaza ko Dawidi arungitse abaguhoza kugira ngo atere iteka so? Ahubwo abarungitse kugira bihweze igisagara, basume urusaku* maze bagitembagaze.»
3 abakuru b’Abamoni babwira umwami wabo Hanuni bati: «Wibaza ko Dawidi arungitse abaguhoza kugira ngo atere iteka so? Ahubwo abarungitse kugira bihweze igisagara, basume urusaku* maze bagitembagaze.»