2 Samweli 10:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Hadadezeri+ aca atumako Abasiriya bo mu karere ka rwa ruzi runini*+ maze baza i Helamu. Shobaki umukuru w’ingabo za Hadadezeri ni we yari abarongoye.
16 Hadadezeri+ aca atumako Abasiriya bo mu karere ka rwa ruzi runini*+ maze baza i Helamu. Shobaki umukuru w’ingabo za Hadadezeri ni we yari abarongoye.