2 Samweli 10:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Dawidi abimenye, aca akoranya ingabo za Isirayeli zose maze ajabuka Yorodani ashika i Helamu. Abasiriya na bo baca batonda urugamba maze batana mu mitwe na Dawidi+.
17 Dawidi abimenye, aca akoranya ingabo za Isirayeli zose maze ajabuka Yorodani ashika i Helamu. Abasiriya na bo baca batonda urugamba maze batana mu mitwe na Dawidi+.