2 Samweli 10:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Mugabo Abasiriya bahunga Abisirayeli. Dawidi yica muri bo abasoda 700 batwara imikogote n’abasoda 40.000 barwanira ku mafarasi. Yica na Shobaki umukuru w’ingabo zabo, agwa aho+.
18 Mugabo Abasiriya bahunga Abisirayeli. Dawidi yica muri bo abasoda 700 batwara imikogote n’abasoda 40.000 barwanira ku mafarasi. Yica na Shobaki umukuru w’ingabo zabo, agwa aho+.