2 Samweli 10:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Abami bose batwarwa na Hadadezeri babonye ko batsinzwe n’Abisirayeli, baca bagirana amasezerano y’amahoro n’Abisirayeli bemera kuganzwa na bo+. Abasiriya baratinya ntibongera gufasha Abamoni.
19 Abami bose batwarwa na Hadadezeri babonye ko batsinzwe n’Abisirayeli, baca bagirana amasezerano y’amahoro n’Abisirayeli bemera kuganzwa na bo+. Abasiriya baratinya ntibongera gufasha Abamoni.