2 Samweli 11:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mu ntango z’umwaka*, abami barakunda kuja ku rugamba. Dawidi arungika rero Yowabu ari kumwe n’abantu biwe n’ingabo zose za Isirayeli kugira baje guhonya Abamoni. Baragenda bugariza igisagara ca Raba+. Ariko Dawidi we aguma i Yeruzalemu+.
11 Mu ntango z’umwaka*, abami barakunda kuja ku rugamba. Dawidi arungika rero Yowabu ari kumwe n’abantu biwe n’ingabo zose za Isirayeli kugira baje guhonya Abamoni. Baragenda bugariza igisagara ca Raba+. Ariko Dawidi we aguma i Yeruzalemu+.