-
2 Samweli 11:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Uriya yishura Dawidi ati: «Isandugu+ n’abantu bo mu muryango wa Yuda no mu yindi miryango ya Isirayeli bacumbitse mu mahema. Kandi databuja Yowabu n’abantu biwe bakambitse mu gahinga. Wumva nokwubahuka gute kuja iwanje, nkarya, nkanywa, nkaryamana n’umugore wanje+? Ndarahiye imbere yawe mwami*, nta vyo nokora!»
-