-
2 Samweli 11:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Maze Dawidi abwira Uriya ati: «Guma ng’aha n’uyu musi, nzoheza ndakurungike ejo.» Uriya rero aguma i Yeruzalemu uwo musi n’uwukurikira.
-