2 Samweli 12:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Mu nyuma wa mutunzi aronka umushitsi. Ariko aho gutora imwe mu ntama ziwe canke mu nka ziwe ngo amuzimane, atora ka kagazi k’intama ka wa mukene, aba ari ko amuzimana+.»
4 Mu nyuma wa mutunzi aronka umushitsi. Ariko aho gutora imwe mu ntama ziwe canke mu nka ziwe ngo amuzimane, atora ka kagazi k’intama ka wa mukene, aba ari ko amuzimana+.»