2 Samweli 12:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Natani aca abwira Dawidi ati: «Uwo mugabo ni wewe! Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ni jewe nakurobanuje amavuta* ngo ube umwami wa Isirayeli+, kandi narakurokoye ndagukiza Sawuli+.
7 Natani aca abwira Dawidi ati: «Uwo mugabo ni wewe! Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ni jewe nakurobanuje amavuta* ngo ube umwami wa Isirayeli+, kandi narakurokoye ndagukiza Sawuli+.